Uko wahagera

Burundi: CENI Shasha Yemejwe


Amatora mobile

Amatora mobile

Mu Burundi,abafasoni Annonciata NIYONKURU na Alice NIJIMBERE Baraye bemejwe nabakenguza mateka 33 kuri 36 bari bitabiriye igikorwa co gusubiriza abafasoni baheruka gutanga imihoho murii CENI.

Ni inyuma yaho inama nshingamateka yari yabemeje ku majwi 81 ku bashingamateka 80 bari bitabiriye ico gikorwa na babiri bari batumye.

Muri Abo bari batumye harimwwo umushingamateka claudine inankuki wo muri cnndd FDD yaraye yitavye imana yari amaze igihe ari Muri comma.Mugenzi wacu Diane NININAHAZWE atubwira ingene ico gikorwa cagenze


XS
SM
MD
LG