Uko wahagera

CENI/IKIRANGAMINSI C’AMATORA


New Amatora
New Amatora

Umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI warashize ahabona ikirangaminsi c’amatora ategekanijwe kuba mur’uyu mwaka wa 2015.

Abari mur’iyo nama bumvikanye kw’ amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yoba kw’igenekerezo rya26 z’uku kwezi kwa 6, ay’umukuru w’igihugu agategekanywa kw’igenekerezo rya 15 ry’ukwezi kw’indwi , ayabakenguzamateka nayo akazotunganywa kw’igenekerezo rya 24 ry’ukwezi kw’indwi nyene.

XS
SM
MD
LG