Uko wahagera

Kinindo Market


Bujumbura, isoko ya kinindo yaraye ihiye mugihande cose kindandarizwamwo amavuta ninfungurwa harimwo umuceri. Abajejwe umutekano bavugako bamze gutangura amatohoza NGO bamenye icatumye umuriro wadutse muri iyo soko mumasasita yijoro. Abandandaza bahaburiye utwabo bo bemeza yuko bari bamaze igihe baronka amakuru yuko iyo soko ishobora guturirwa umwanya numwanya.

XS
SM
MD
LG