Uko wahagera

Ingaruka Mbi Zivuye Ku Ruhagarara Rwa Politike Mu Burundi


Uruhagarara rwa Politike

Uruhagarara rwa Politike

Haraheze imisi irenga mirongine, mu Burundi hatanguye uruhagarara rwa politike

Urwo ruhagara rero rurafise ingaruka ku buzima bwa misi yose ku murundi wese, na cane cane ku bacuruza, abanyeshule hamwe n’abanyakazi.

Mu kiganiro twagiranye na Richard Ciramunda, Dimede Misigaro na Innocent Bano, ikibazo c’iyo ngaruka mbi hamwe n’ibiganiro hagati y’abanyapolitke caragarutse:

Reka dutangure duteg' amatwi umushingantahe Richard Ciramunda.

XS
SM
MD
LG