Uko wahagera

Abanyamakuru bamwe barahunze. Ibimenyeshamakuru byarasambuwe. Amaradiyo amwe n’amwe yaraturiwe.

Itangazamakuru ryifashe rite mu Burundi muri iki gihe? Ni ikiganiro kiyobowe na Thomas Kamilindi.

Kirimo abatumirwa Renovat Tabu, Visi-Perezida w’Umurwi w’igihugu ujejejwe gukurikirana ibimenyeshamakuru (CNC – Conseil National de la Communication), na Alexandre Niyungeko, avugira urunani rw'abamenyeshamakuru mu Burundi (Syndicat des Journalistes du Burundi).

XS
SM
MD
LG