No media source currently available
Imyiyerekanao yarabandanije mu ma komine atandukanye y’igisagara ca Bujumbura inyuma y’umusi umwe w’agahengwe wari watangajwe n’abagira imyiyerekano. Aya masanamu ya video yafashwe muri Komine ya Ngagara