Uko wahagera

Shaka Ssali yarateramije ikiganiro n’abashingantahe bakwirikira, ku ngaruka ibibazo vy’umutekano mu Burundi bishobora kugira ku ntara


Straight Talk Africa on Burundi
Straight Talk Africa on Burundi

Umumenyeshamakuru w’Iradiyo Ijwi rya amerika muri servise y”Ikirundi n’IKinyarwanda,a ri Bujumbura.

Abatumire bari I Washington muri studio nabo, ni John Manirakiza, aka ar’ Umurundi aba muri Amerika; Reverend Aniedi Okure, OP Ph.D umuhinga akora ku gatwe kiwe mu vyerekekeye ibikorwa vy’iterambere, akaba kandi umuyobozi mukuru mw’ishirahamwe Africa Faith and Justice akaba kandi ari n’umushakashatsi muri kaminuza Catholic University.

Straight Talk Africa Wed., May 27, 2015
please wait

No media source currently available

0:00 1:00:02 0:00

XS
SM
MD
LG