Uko wahagera

Hussein Radjab Avuga Kw’ibiriko Biraba Mu CNDD-FDD Bidatangaje

  • Frederic Nkundikije

Hussein Radjabu

Hussein Radjabu

Hussein Radjabu yiigeze kurongora umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDD-FDD, avuga kw’imvugo zibiri ziri mu mugambwe uri ku butegetsi ku vyerekeye ukwitoza kw’umukuru w’igihugu mu kindi kiringo, ngo ziva ku bategesi badashaka kwubairiza amatregeko hamwe n’ayandi masezerao yose.

Avuga kandi ko gukoresha amatora mu gihe hakiri abanyapolitike baba hanze y’igihugu no mu gihe abapfunzwe bazizwa ivyiyumviro vyabo bidakwiye gushigikirwa. Yamara Hussein Rqadjab avuga ko reta y’imfatakibanza nk’uko bamwe bavyipfuza, irimwo ingorane nyinshi ngo kuko hari abanyamigambwe bashobora kubibona nk’uburyo bwo gushikira ubutegetsi.

XS
SM
MD
LG