Uko wahagera

Ihindurwa Ry’Abategetsi Bamwe Bamwe mu Burundi.


President Pierre Nkurunziza
President Pierre Nkurunziza

Ku musi wa gatatu, igekenekerezo rya 18 ry’ukwezi kwa kabiri, mu Burundi haratangajwe amakuru avuga ihindurwa ry’abategetsi hamwe n’ikurwa ry’abategetsi, barimwo umuyobozi w’ibiro bijejwe iprerereza.

Mu kiganiro umuvugizi wa presidence y’Uburundi, Leonidas Hatungimana yayahe iradiyo Ijwi rya amerika, yavuze kw’ihindurwa ry’abategetsi ari ikintu gisanzwe cane kuko ata mutegesi n’umwe ahobora kwumva kw’igiti kanaka kimwegukira.

Mushobora kwumviriza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:23 0:00

XS
SM
MD
LG