Uko wahagera

Burundi: MSD Waratoye Alexis Sinduhije Mu Kibanza C'Abazotorwamwo Uwuzoserukira IKIBIRI Mu Matora Yimirije


Alexis Sinduhije, umukuru w'umugambwe MSD na Francois Nyamoya, umunyamabanga mukuru w'umugambwe MSD
Alexis Sinduhije, umukuru w'umugambwe MSD na Francois Nyamoya, umunyamabanga mukuru w'umugambwe MSD

Mur’iki gihe hasigaye amezi ari musi y’atanu ngo amatora atangure mu Burundi, imigambwe yatanguye gushikiriza abazokwitoza mu matora y’umukuru w’igihugu.

Umugambwe MSD urongowe na Alexis Sinduhije aba mu buhungiro mur’iki gihe, waramugenye ngo azobe mu bategetsi bo mu rurani ADC- IKIBIRI.

Ijwi rya amerika ryarabajije umunyamabanga mukuru w’umugambwe MSD, Francois Nyamoya niba mur’uyo mugambwe bafise akizero k’uko umukuru w’umugambwe MSD ashobora kugira amahirwe yo kugenwa n’urunani ADC Ikibiri kandi mu migambwe igize urwo runani harimwo abandi bategetsi b’ijunja, na burya kandi hashobora kuba hari n’umutahe wasohowe na reta y’Uburundi wo kumuhagarika:

Mushobora kwumviriza:

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:52 0:00

XS
SM
MD
LG