Uko wahagera

Igikorwa c'Ishirahamwe, "Tubane" c'Uguteza Imbere Igiterwa ca "Jatropha", mu Burundi

  • VOA Africa
  • Fidele Niyongabo

Athanase Mbonimpa

Athanase Mbonimpa

Ijwi rya Amerika, ryaraganiye, mu kiganiro giha ijambo abakwirikirana ibiganiro vyacu, na Athanase Mbonimpa, ayoboye ishirahamwe, "Tubane" arasigura aho umugambi wabo, w'uguteza imbere ico giterwa, ugeze.

Abandi bagize uruhara, muri ico kiganiro, ni Madelina Buhori, ari mw'ishirahamwe,"Abahumure", ryimbura igiterwa ca "Jatropha", Musitanteri wa Komine ya Gihanga, Leopold Ndayisaba, afasha guhimiriza abanyagihugu, kwijukira igiterwa ca Jatropha, muri Komine yiwe na, Herman Minani, akura inyungu mu giterwa ca, "Jatropha".


Tubatege amatwi:





XS
SM
MD
LG