Uko wahagera

Imirwi Ijejwe Gutunganya Amatora mu Makoni, Ntiyemewe Na Bose


Imigambwe itavuga rumwe na reta imwimwe hamwe n’amashirahamwe amwamwe adaharanira ivyicaro vya politike aridogera umurwi CENI ku bijanye n’abagize imirwi ijejwe gutunganya amatora mu makomine no mu ntara.

Iyo migambwe hamwe n’iyo mirwi ya societe civile ivuga kw’idafise abayiserukira mu makomine hamwe no mu ntara ngo kuko iyo mirwi yo mu ntara no mu makomine yiganjemwo abahurikiye mu murwi itavuga rumwe na reta.

Yamara umukuru w’umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora, Pierre Claver Ndayicariye avuga ko igikorwa umurwi CNI waranguye gishemeye cane. Avuga kw’abanyamigambwe canke abandi bose bidogera iyo mirwi ijejwe gutunganya amatora, ibgira kubera itaragera neza ukuntu ico gikorwa cagenze.

Umushingantahe Nizigama Gabriel avuga kw’umurwi CNI wagrageje ibishobotse vyose kugira imigambwe n’ayo mashirahamwe biserukirwe, kandi ngo kanatsinda umurwi CNI warubahirije ibitigiri vmu vyerekeye ubwoko hamwe n’igitsina

Mushobora kwumviriza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:08:39 0:00
Ibishamikiyeho

XS
SM
MD
LG