Uko wahagera

Burundi: Kwibuka Umuganwa Rudoviko Rwagasore


Ingoma z'i Burundi
Ingoma z'i Burundi

Abarundi bahimbaje taliki 13 y'ukwa cumi 2014 imyaka mirongo itanu n’itatu irangiye, incungu y’ukwikukira kw’Uburundi, umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe. Ibirori vy’ukwibuka vyabereye mu gihugu cose c’Uburundi.

Ijwi rya Amerika, ryarabajije umushingantahe, Zenon Nicayenzi, umwe mu bafashije mu rugamba rw’ukwikukira kw’Uburundi.

Atangura avuga ku nsiguro kwibuka iyo myaka 53 irangiye umugandwa Ludoviko Rwagasore ivyo bifise ku Barundi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:22 0:00
Ibishamikiyeho

XS
SM
MD
LG