Uko wahagera

Secreteri Wa Department Ya Reta Ya Amerika, I Kinshasa.

  • Frederic Nkundikije

President w'igihugu ca Republika ya Congo Iharanira Demokrasi Joseph Kabila ariko arakira Secreteri wa Departement ya reta ya Amerika,
John Kerry, i Kinshasa kw'igenekerezo rya 4 ry'uku kwezi kwa gatanu, 2014.

President w'igihugu ca Republika ya Congo Iharanira Demokrasi Joseph Kabila ariko arakira Secreteri wa Departement ya reta ya Amerika, John Kerry, i Kinshasa kw'igenekerezo rya 4 ry'uku kwezi kwa gatanu, 2014.

Igiye yari mu rugendo mu bihugu bimwe bimwe vyo muri Afrika, John Kerry yaratangaje kw’abategetsi bo muri Afrika bakwiye kwubahiriza ibwirizwa shingiro.

Yvuze kandi ko bakwiye kwirinda kugerageza guhindura ibwirizwa shingiro kugira ngo bagume ku butegetsi.

kw’igenekerezo rya 4 ry’ukwezi kwa gatanu umwaka w’2014, umushingatahe Kerry yarasubiye kwibutsa ko Amerika iteye akamo gasaba kwubahiriza ibwirizwa shingiro hamwe n’ikiringo, abategetsi barekuriwe kuguma ku butegetsi.

Muri rusangi, abanyeCongo baranezerejwe n’ako kamo, nk’uko Dr. Salomon Baravuga, umuvugizi w’urunani rw’abanyeCongo bashigikiye intwaro ya cami, abivuga:

Mushobora gutega amatwi ikiganiro yagiranye na Frederic Nkundikije.
XS
SM
MD
LG