Uko wahagera

Abanyahanga Barenga 40 Batagira Impapuro, Baraye Bahagaritswe


Abategetsi bajejwe umutekano mu Burundi bavuga kw’abajejwe umutekano bahagaritse abanyamanga barimwo abanyarwanda batatu, batagira uburenganzira bwo kuba bari mu Burundi.

Umushikiranganji w’Uburundi ajejwe umutekano, Gabriel Nizigama, avuga kw’abo banyamahanga mur’iki gihe bariko barasambishwa, kandi ko mu bihano bashobora gufatirwa harimwo gusubira kubarungika mu bihugu vyabo.

Uyu mukwabu wo kurondera abanyamahanga baba mu Burundi batabifitiye uburenganzira ubaye mu gihe havuga uruhagarara rwa politike ruhagaze ku ndyane ziri mu mugambwe Uprona, ku ruhande rumwe hamwe no mcumvikano muke uri hagati y’uyo mugambwe hamwe n’umugambwe uri ku butegetsi:

Mushobora kwumviriza:
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:41 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG