Uko wahagera

Abantu Benshi Babona kw’Ubushinwa Buzorengana Amerika, nk’Igihugu ca Mbere c’Igihangange kw’Isi


Professeur Leonce Ndikumana
Professeur Leonce Ndikumana
Itohozwa rishasha ryagizwe n’ikigo kijejwe ubushakashatsi, “Pew Research Center”, ryatangaje kw’abantu kw’isi, batera bemera kw’Ubushinwa buzoruhira kurengana Reta Zunze Ubumwe za Amerika, nk’igihugu gikomeye cane kurusha ibindi bihugu vyo kw’isi.

Yamara hari abakibona kw’impinga ikiri ndende, kugira Ubushinwa burengane Amerika.

Mu kiganiro giha ijambo abatwumviriza, kuri Radiyo Ijwi rya Amerika, twaravuganye na Professeur, Leonce Ndikumana, yigisha ivyerekeye ubutunzi, kuri kaminuza ya Reta ya Massachusetts Amherst, na professeur Pascal Niyonizigiye, yigisha ivyerekeye imigenderanire, mu makungu, kuri kaminuza y’Uburundi, ku vyerekeye ico kibazo.

Ababajije ibibazo ni Diane Nininahazwe, umumenyeshamakuru wo kuri Radiyo Bonesha-FM, na Davy Rubangisha, bari i Bujumbura.

Tubatege amatwi:
please wait

No media source currently available

0:00 0:26:01 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG