Uko wahagera

Isabukuru ya Sinema Igira Gatanu


Ikiganiro cerekeye isabukuru
Ikiganiro cerekeye isabukuru

Kuva kw’igenekerezo rya 7 gushika kw’igenekerezo rya 14 ry’ukwezi kwa gatanu, mu Burundi haratunganijwe isabukuru ya Cinema igira gatanu.

Iyo sabukuru yitabwe n’abatumire benshi, barimwo abavuye mu bihugu nka Burkina Faso na Mali. Vyari bitegekanijwe kandi ko mur’iyo misi nyene, haba umusi wahariwe igihugu ca Mali:

Icivugo c’iryo sabukuru n’uruhara rwa Cinema mu gikorwa co gutsimbataza amahoro hamwe no mu bikorwa vy’iterambere.

Ayandi makuru yerekeye iryo sabukuru, ari mu kiganiro twagiranye na Leonce Ngabo, Jean Pierre Harerimana hamwe na Eddy Munyaneza:
Mushobora kwumviriza:
please wait

No media source currently available

0:00 0:12:38 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG