Uko wahagera

Abanyecongo Ku Ndyane Ziri Mu Buseruko Bwa Congo


Olivier Mandevu
Olivier Mandevu

Abanyecongo bafise amamuko mu buseruko bwa Congo, ntibavuga rumwe ku bituma intambara itarangira mur’iyo ntara.

Christophe Muhire yumvirije ikiganiro twari twaragiranye na Gode Haguma Chiri hamwe na Olivier Mandevu, yarandikiye iradiyo Ijwi rya amerika asaba ko yohinyuza amakuru yari yashikirijwe avuga ko kimwe mu bituma abanyeCongo bavuga ururimi rw’ikinyarwanda, bafata ibigwanisho ar’uko barenganywa, batoroherezwa mu bintu vyinshi, kandi bakumirwa, cane cane ku vyerekeye ikibazo c’ubunyagihugu.

Umushingantahe Olivier Mandevu, yarasubiye gutanga ibisobanuro vy’ibintu yashikirije, mu gihe umushingantahe Gode Haguma Chiri nawe nyene yashikirije aho ahagaze kur’ivyo bibazo vyose.

Mushobora kwumviriza ikiganiro:
please wait

No media source currently available

0:00 0:26:20 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG