Uko wahagera

Amashirahamwe Afasha abana mu Rwanda, Ejo Hazaza, Projet COFAD na Extra Mile

  • Fidele Niyongabo

amashirahamwe afasha abana

amashirahamwe afasha abana

Amashirahamwe Ejo Hazaza, COFAD na Extra Mile yiyemeje gufasha abana mu Rwanda bahanganye n’ibibazo bitari bike, bivuye ku bukene, ukutitabwaho hamwe n’inkurikizi z’ihonyabwoko ryabaye mu Rwanda mu mwaka w’1994.

Ishirahamwe Ejo Hazaza rifasha abana mu kubaronsa uburyo bw’ukwivuza, Projet COFAD igerageza guhuza abana bava mu bwoko butandukanye biciye mu nkino mu gihe ishirahamwe Extra Mile rifasha abana bajejwe ingo mu Rwanda kubera babuze abavyayi babo mw’ihonyaboko ryabaye mu Rwanda mu mwaka w’1994.

Ijwi rya Amerika ryaraganiye na Serge Gasore ayoboye ishirahamwe Ejo Hazaza, Claude Bizimana ayoboye Projet COFAD na Charles Kaneza ayoboye ishirahamwe Extra Mile ku vyerekeye ibikorwa vy’amashirahamwe yabo vy’ugufasha abana mu Rwanda, mu gihe Kamarebe Josephine ari I Kigali, mu Rwanda yababajije ibibazo.
Tubatege amatwi:
XS
SM
MD
LG