Inyuma y’urwo rugendo, yatangaje kw’afise akizero ko hashobora kuboneke amasezerano y’amahoro, akongera agatangaza ko reta zunze ubumwe za amerika, ziyamiriza umugambi w’igihugu ca Irani w’ibigwanisho nucleaire.
Umushingantahe Kerry yarangirije urugendo rwiwe ku nama yamaze amasaha abairi, ari kumwe n’umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Israeli, Benjamin Netanyahu.
Abo bashingantahe uko ari babiri, bavuze ko biyemeje gusubira gutangaza ibiganiro vy’amahoro; Netanyahu akaba yabwiye Kerry kw’agiye gukora utwigoro dukumeye two kurangura uyo mugambi.