Uko wahagera

Papa Francis Ni We Mwungere Wa Ekleziya Catholika

Yabaye umupatiri mu mwaka w’1969, kandi n’umuJesuite. Imbere y’uko aba Cardinal mu mwaka w’2001, yarabaye Musenyeri mukuru wa Dioseze ya Buenos Aires kuva mu mwaka w’1998. Igihe yar’akiri Patiri hamwe n’igihe yari Cardinal, yarazwi cane ku kuntu yicisha bugufi, kandi afise ubuzima busanzwe, yitonda, ashigikiye imico ya Ekleziya kandi yiyemeje kugwanira ubutungane hagati mu bantu.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG