Uko wahagera

Uruhara Rwa Studio Nshaha Mu Gufasha Abacuraranzi


Umucurarunzi Emy ari kumwe n'abanyaEthiopia
Umucurarunzi Emy ari kumwe n'abanyaEthiopia

Abacuraranzi b’umuziki, barashima studio nshasha igunganya imiziki.

Umucuraranzi w’umuziki Emelance Emy Niwizere yasohoye akaririmbo kabaye kirangiranwa mu Burundi hamwe no muri Afrika, aravuga ukuntu Studio nshasha ya Magloire Nibigirwe azwi cane kw’izina Buddy, yamufashije mu gushira hamwe indirimbo ziwe.

Mu kiganiro Buddy hamwe na Emelance bayaye Frederic Nkundikije, baratera akamo kandi abarundi bose bafise ubuhinga mu vyerekeye gucuraranga umuziki, ko bokwibanda ku mico kama y’igihugu, bakongera bagacuraranga badashaka kwigana abanyamahanga.

Mushobora kwumviriza.
please wait

No media source currently available

0:00 0:13:27 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG