Uko wahagera

Umuririmvyi w’Umurundi Desire Nziza, Aherutse Gusohora Album Yiwe Nshasha.

  • Fidele Niyongabo

Umuririmvyi Desire Nziza

Umuririmvyi Desire Nziza

Umuririmyi Desire Nziza, aba mu gisagara ca Dallas, mu ntara ya Dallas, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Desire Nziza harutse gusohora Album yiwe nshasha yitwa, “UN”.

Yarahaye ikiganiro Ijwi rya Amerika, aho yavuze ku migambi afise, mu bihe biri imbere, hamwe n’ubutumwa ashikiriza abakunzi b’umuziki wiwe.

Tumtege amatwi:
XS
SM
MD
LG