Uko wahagera

Ivyerekeye Umuderi Mu Burundi No Mu Rwanda

  • Fidele Niyongabo

Claudia Niyonzima

Claudia Niyonzima

Ivyerekeye umuderi muri Afrika biramaze gutera intambwe.

Amahiganwa y’ivyerekeye umuderi aramaze kuba incuro zitari nke mu karere ka Afrika.

Ihiganwa riheruka rikaba ryabereye I Johannesburg muri Afrika y’epfo.

Radiyo Ijwi rya Amerika ryaraganiye ku bijanye n’umuderi mu Burundi no mu Rwanda na Patrick Muhire afise maison y’umuderi, Inkanda mu Rwandan’umurundikazi, Claudia Niyonzima, yatsindiye ihiganwa ry’ubwiza ryo mu karere ko muri Afrika yo mu buseruko mu mwaka w’2008 hamwe na Eloge Willy Kaneza, akwirikirana ivyerekeye umuderi ari I Bujumbura.

Tubatege amatwi:
XS
SM
MD
LG