Uko wahagera

Amatora: Itegurwa, itunganywa Ryayo Muri Amerika


Alphonse Ndayikengurkiye
Alphonse Ndayikengurkiye

Mbega igikorwa co gutegura hamwe no gukoresha amatora, kigenda gute.

Ibihe vyo kwiyamamaza mu matora y’umukuru w’igihugu muri reta zunze ubumwe za amerika, kigiye kurangira, kuko ku musi wa kabiri igenekerezo rya 6 ry’ukwezi kwa cumi na rimwe, ariho ayo matora azoba.

Kur’uyo musi nyene, hazokoresha n’ayandi matora atandukanye, arimwo amatora ya bamwe mu bashingamateka, abakenguzamategeko, ba bulamatari hamwe n’ayandi matora yerekeye amategeko amwamwe mu ntara zintandukanye.

Nk’uko rero mwabikwirikiranye, ayo matora n’amatora aca mu nzira ndende.
Mur’iki kiganiro cacu c’uyu musi, twaraganiye na Alphonse Ndayishimiye hamwe na Mia Ntahobari, bamaze igihe muri reta zunze ubumwe za amerika, bakwirikirana ukuntu amatora atunganywa, kugira ngo baducire ku mayange ya bimwe, mu vyo bamaze kubona:

Dutege amatwi ikiganiro.

please wait

No media source currently available

0:00 0:22:35 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG